Mu nama Umunyamabanga mukuru w’umugambwe CNDD-FDD Reverien Ndikuriyo ariko aragirisha kuri uyu wa gatatu, abarwizatunga mw’i hoteli Eden Garden, amenyesha ko nk’umugambwe uri ku butegetsi...
Umushikiranganji w’amasoko ntanganguvu ahejeje kumenyesha ibiciro bishasha vy’ibitoro inyuma yo kubishikiriza ku mugoroba wo kuwa 6 Gitugutu 2023 ibaye mu gihe igitoro cari kimaze iminsi...
Kuruyu wa mbere igenekerezo rya 30 Gitugutu, abakozi ba meri ya Bujumbura bataguye isekeza ryo kugwiza umwimbu mu kumenya abatangakori n’abatangatagisi atangwa mu gisagara ca...
Isabukuru y’imico n’akaranga ku ncuro igira gatatu iriko ibera i Gitega kuri uyu wa 29 Nyakanga 2023, herekanywe igikoresho (Ampliphone) gifasha mu guhamagarana ata ma...
Mw’itangazo ryateweko umukono n’umushikiranganji Ir Sanctus Niragira, ngo bitegekanijwe ko imvura izotasura hagati y’itariki 10 na 20 z’ukwezi kwa Nyakanga 2023 mu bice vya Mugamba,...
Iritiro y’igitoro co mu bwoko bwa essence yashizwe ku mafaranga 4450 mu gihe yahora kuri 3985 mu gisagara ca Bujumbura, iritiro y’igitoro ca mazutu yashizwe...