kuruyu wa 7 Gitugutu, umugambwe uri ku butegetsi CNDD-FDD warashizeho inzengo nshasha mu ntara 5 bisunze indinganizo nshasha y’itegeko inumero 1/ 5 yo kuwa 16...
Abashikiranganji batandukanye ba Reta y’Uburundi bahagarariwe n’umushikiranganji wa mbere, baremesheje ikiganiro kidasanzwe kugira bishure ku bibazo vy’abamenyeshamakuru n’abenegihugu, kuri uyu wa 06/10/2023 kuri stade Ingoma...
Muganga Liduine Baradahana yaciyeko kugira agere aho aba umushikiranganji w’amagara y’abantu Dr Liduine Baradahana ni rimwe mu mazina ahejeje gutangazwa mu bashikiranganji bane bagiye kwinjira...
Kuri uyu wa kane igenekerezo rya 28 Nyakanga 2023 mu ntara ya Gitega, Umukuru w’Igihugu yarungitse amazina mu nama nkenguzamateka yemezwe kugira bazoserukire uburundi mu...
Abenegihugu bagize intara ya Gitega bo mu ntara zine harimwo Gitega,Mwaro, Muramvya hamwe na Karusi kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 02 Nyakanga uyu mwaka...