Jean Jacques Boissy agiye gukina mu murwi Milwaukee Bucks mw’ihiganwa NBA Summer League i Las Vegas ryo ku mugabane wa Amerika rizotagura igenekerezo rya 10...
Thilo Kehrer umurundi akina muri AS Monaco yaraye ashitse mu gihugu c’Uburundi afise umunezero mwinshi kugaruka iwabo kuri we ahakundira akayaga ko mu Burundi kari...
Abarongozi b’umurwi Inter Star baratanze umuco kubimaze igihe bivugwa yuko Youssouf Ndayishimiye na Bonfils Caleb Bimenyimana bipfuje kugura umugwi wa Inter Star ariko ntibabihurizako n’uburongozim...
Umurwi nserukiragihugu wa Tennis baronse ikibanza ca 2 mw’ihiganwa bari bitavye mw’ihiganwa bitiriye Davis Cup yabereye mu gihugu ca Angola, imidali n’ubushimwe bakaba baje babizanye...
Umumenyereza w’umurundi Étienne Ndayiragije amenyereza umurwi Polici FC yaraye atahukanye igikombe c’ihiganwa rikuru FKF Premier League ryo mu gihugu ca Kenya. Etienne Ndayiragije yashitse muri...
Igice ca nyuma gisozera ihiganwa nyezina ya VBL bita Play Offs yuno mwaka wi 2025 yagiye ahabona ku ruhande rw’abagabo hamwe n’abagore, izotagura igenekerezo rya...
Umurwi nserukira gihugu w’abigeme Intamba mu rugamba baraye baakaje urukino batsinzwe ibitsindo 3 ku 0 na Kenya mu rukino rwa kabiri mw’ihiganwa rya “CECAFA Senior...