Muri ino misi haribonekeza uguheba ishure ku rwaruka .Insiguro itangwa n’urwo rwaruka nuko ata kazi kakiriho. Iruhande y’ico, hari abaheba kubera inda z’indaro tutibagiye ubukene...
Ivyo vyashikirijwe n’uwuserukira Ubumwe bwa Buraya mu Burundi mu Claude Bochou, kuri uyu wa 27 Ruhuhuma 2023 mu rugendo rwiwe yagize mu ntara ya Gitega....