DJ Ira yasavye Umukuru w’Igihugu c’Urwanda ubwenegihugu mu kiganiro yagize n’abanyagihugu kuwa16 Ntwarante muri Bk Arena, abarundi bati ”Ico umwana w’umwami aririye arakironka”, agiheza kubisaba...
Indirimbo 10 zizoja mw’ihiganwa Isanganiro Awards zigiye mu gice ca nyuma ku ncuro igira 13 bamaze kumenyekana nkuko tubikesha ababijejwe bari mu nteguro yiryo higanwa....
Umukuru w’ Igihugu yuguruye indwi yahariwe abarundi baba mu makungu mu ntara ya Gitega, yataguye igenekerezo rya 17 gushika 19 Myandagaro 2023 ku civugo: “Abarundi...
Umuririmvyi Vichou yatahutse avuye gukora amasanamu y’ indirimbo 2 mu gisagara ca Quatar ku mugabane wa Asiya aho yabifashijwemwo n’ishirahamwe Dream House ridandaza ibikoresho vy’ubuhinga...