Vatikano: Umwotsi wirabura werekana ko ata papa yatowe.
Umwotsi w’umwirabura waravuye mu mugende mutoyi w’umwotsi w’Ingoro ya Sixtine ku musi wa gatatu ndetse nuyu munsi ugira 2 nk’ikimenyetso...
Mondiale 2026: Hasigaye imisi 400 itagure, Mexique iriteguriye kwakira abakunzi benshi cane.
Igisagara ca Mexico, kizokwakira umukino wo kugurura igikombe c’isi co mu 2026, kizoba gitaguye nyezina , kwakira abashitsi benshi bazoza...
Kayanza: Ishirahamwe Hope for a Better Futur yatanze intebe 200 kuri Ecofo Nyarusange.
Ishirahamwe Hope For a Better Future rifandikinije na Khaldun Foundation baratanze intebe amajana abiri (200) kuri Ecofo Nyarusange riri muri...
Buja TV kuri Star Times, kuri chaines 110.
Imboneshakure Buja TV yamaze gushika kuri Star Times ku murongo wa 110 ku bakoresha uburyo bw’ ubuhinga ibona kubantu bafise...
Abakaridinali batanu bo muri Afrika buca batora Papa.
Abakaridinali 133 bazotora uwundi mu papa mushasha mu matora azobera ku wa gatatu, igenekerezo rya 7 Rusama, muri bo, batanu...