RDC: Abatavuga rumwe na reta bafise amakenga k’uwurongoye umurwi w’amatora n’uwurongoye sentare yubahiriza ibwirizwa shingiro.
Abanyeporitike batavuga rumwe n’Umukuru w’Igihugu ca Congo bamaze gutanga ibibaranga vyo kwitoza mu kibanza c’Umukuru w’Igihugu mu matora azoba igenekerezo rya 20 Kigarama 2023 bafise