“Gushima uko imigenderanire hagati y’Uburundi na RDC yifashe” Ubutumwa bazaniye Evariste Ndayishimiye.
Evariste Ndayishimiye Umukuru w’igihugu c’Uburundi, yakiriye Umushikiranganji wa Republika iharanira intwaro rusangi ya Kongo (RDC) muvyo ajejwe harimwo imigenderanire n’ibindi bihugu, umupfasoni Thérèse Kayikwamba Wagner...
