DJ Ira yasavye Umukuru w’Igihugu c’Urwanda ubwenegihugu mu kiganiro yagize n’abanyagihugu kuwa16 Ntwarante muri Bk Arena, abarundi bati ”Ico umwana w’umwami aririye arakironka”, agiheza kubisaba...
Inkuru y’incamugongo ku bamenyeshakamakuru b’ijwi ry’rya Amerika (VOA), Radio Free Europe na Radio Free Asia bahagaritswe ubwo nyene ubutarariye mu kazi kabo ku ngingo yakoretse...
Ibikorwa vyo kurahira ikibiriraho k’umushikiranganji wa mbere yinjiye mu mabanga ahabona muri reta nshasha ya Joseph Carney umushikiranganji agiye gutwara igihugu ca Canada agira uwa...
Umurundikazi Arielle Kayabaga w’ imyaka 34 bahejeje kumwizera mu kumugira umushikiranganji mushasha w’intwaro yo hagati mu gihugu muri reta ya Canada igiye kurongora na Mark...
Abasirikare b’ibuhugu vy’ umuryango wa Afrika y’ Ubumanuko SADC bari mu butumwa bwo kugarukana amahoro mu kurwanya imirwi y’abitwaje ibirwanisho mu burasirazuba bwa Congo cane...
Patrice Motsepe yasubiriye gutorwa kandi gutwara ishirahamwe ry’umupira w’amaguru muri Afrika (CAF) mu kiringo c’imyaka 4 kuva 2025 gushika 2029 mu nama ya bose igira...
Umwungere mukuru wa Katorika papa François amaze iminsi amagara amukitse ari mu bitaro Gemelli mu burengerazuba bwa Roma ariko afashwa guhema na bimwe mu vyuma...