Abakunzi ba Dynamo bazohanwa kubera berekanye inyifato mbi yo kubiba urwanko.
Ishirahamwe ry’umupira wa maboko mu Burundi FEBABU ryasohoye itangazo ritera ivyatsi inyifato rigayitse yakozwe n’abakuzi b’umurwi wa Dynamo bazanye igicapo “Banderole” kibiba urwanko vyabaye kuruyu...