Umurwi wa Dynamo watahukanye igikombe ca Play Offs cuno mwaka 2025 bahejeje gutsinda Urunani mu nkino 4 kuri 3 nkuko amategeko yiryo higanwa amenyesha ko...
Ku rukino rugira kane hagati y’ Urunani na Dynamo, urukino ruheze Urunani rukoze kandi mu jisho Dynamo mukuyitsinda amanota 67-56 ya Dynamo. Urukino rworoheye cane...
Urunani waratsinze umurwi wa Dynamo ku rukino rukira kabiri ku manota 83-75, Gladiators mu bigeme batsinda Les Hippos ku manota mw’ihiganwa rya Play Offs iriko...
Igice ca nyuma c’ihiganwa rya Play Offs kizotagura muriyi week-end igenekerezo rya 6 Mukakaro gushika 20 Mukakaro, Urunani bazotana mu mitwe na Dynamo ibiri ikebana...