Uburundi bwakiriye inkino z’isi mu rukino rwa Tennis ryitwa #WTF50 kuva uyu munsi kuwa 23 Ntwarante gushika ku wa 6 Ndamukiza, mu gisagara ca Bujumbura...
Kirsty Coventry yatowe gutwara ishirahamwe mpuzamakungu y’abanonotsi CIO(Comité International Olympique) mu nama igira 144 y’uwo muryango i Costa Navarino mu Bugiriki, hari kuwa 20 Ntwarante...
Urukino rwari rurindiranwe igishika n’abantu benshi Urunani na Dynamo ntiruheze ku mpamvu y’imvura yaguye igice ca mbere curwo rukino ruheze baca bafata ingingo yo kuyuguruza...
Patrice Motsepe yasubiriye gutorwa kandi gutwara ishirahamwe ry’umupira w’amaguru muri Afrika (CAF) mu kiringo c’imyaka 4 kuva 2025 gushika 2029 mu nama ya bose igira...
Umurwi w’abigeme nserukiragihugu Intamba mu rugamba w’abatarenza imyaka 17 barasezerewe batsinzwe 3 ku 0 n’umurwi wa Côte d’Ivoire ku mugoroba w’ejo hahise ku kibuga Félix...
Urukino rwo gutigira rurakweze akarambaraye ku murwi wa Academia Deir wo mu gisagara ca Bujumbura, ishirahamwe rya FFB rihejeje kubafatira ibihano bikomeye guhagarikwa imyaka 5...
Abakunzi b’umupira wa maguru bagize ico bashikiriza babicishije ku kiyago kidasazwe bakoze biciye ku muhora gurukanobumenyi wo kuganirirako “Space” ku Rubuga rwa Tweet kubijanye n’intamba...