Uwurongoye ishirahamwe rya Handball mu Burundi (FEBUHAND), Nikobamye Daulphin yakiranye n’umunezero kuba babashize mu mw’itsinda H mu nkino z’igikombe c’isi bagiye kujamwo, irya mbere kuva...
Mu ntumbero yo kurondera izindi ngabire zitandukanye mu mupira wa maboko, Imirwi 4 yaronse uburenganzira bwo gukina igice ca kabiri mw’ihiganwa ryateguwe n’uwahoze ari umukinyi...
Youssouf Nyange mu kiganiro imbere y’urukino Nice ihura na Auxerre ” Ntabakinyi benshi b’abarundi baza gukina ku mugabane wa buraya, nanje n’amahirwe naronse yo gukina...
Ku musi ugira 22, urutonde uko bazohura muri Primus ligue, urukino rudasanzwe rurindiranwe n’abantu benshi ruzoba kuw’Imana ku kibuga Urunani mu ntara ya Cibitoke imbere...