Mu gihe ishirahamwe mpuzamakungu ONU ryatanze amahangiro 17 mu ntumbero yo guteza imbere ibihugu gushika mu mwaka wi 2030. Nk’ umunywanyi w’ iryo shirahamwe mpuzamakungu...
Kuri uyo wa gatatu igenekerezo rya 01/3/2023 , kuri kaminuza i Ngozi harerekanwe ireresi yerekana abakenyezi bitanze mu kugarukana amahoro mu Burundi. Iyo reresi yashizwe...