IbigezwehoInkinoFofila PF: Saidi Sakina yatsinze ibitsindo 13 wenyene, yaciye he?Buja MediaMarch 5, 2023March 5, 2023 by Buja MediaMarch 5, 2023March 5, 20230384 Afise imyaka 22, ibiro 78, uburebure bungana 1,60 cm, yahereye gukina mu murwi Amitié wo mu gatumba mu ntara ya Bujumbura ntiyahatevye aja muri Fofila...
IbigezwehoInkinoLUMITEL WOMEN’S LEAGUE: Fofila PF 20-0 RainBow.Buja MediaMarch 5, 2023March 5, 2023 by Buja MediaMarch 5, 2023March 5, 20230377 Ku kibuga Gatwaro mu ntara ya Kayanza, umurwi FofilaPF uhejeje gutsinda bimwe biboneka RainBow kundwi igira 14 mw’ ihiganwa Lumitel Women’s League , ibitsinda 20,...
IbigezwehoInkinoMuso Sugar muri Primus League Burundi.Buja MediaMarch 3, 2023 by Buja MediaMarch 3, 20230319 Inyuma kuyo umurwi wa Moso Sugar uduze icicaro cambere umumenyereza wuyo murwi Innocent Harerimana batazira Kambaranga aganira n’ikinyamakuru Buja Media arashimira cane uburongozi bwuwo muri ...
IbigezwehoRWANDA: Nabifashe nk’inkuru, Tshisekedi yipfuza guhindura ubutegetsi bw’u Rwanda.Buja MediaMarch 1, 2023March 6, 2023 by Buja MediaMarch 1, 2023March 6, 20230326 Paul Kagame umukuru w’ igihugu c’ Urwanda mu kiganiro yahaye ibimenyeshamakuru vyo murico gihugu ndetse n’ibikorera hanze y’Urwanda uyu musi igenekerezo rya 1 Ntwarante 2023...
IbigezwehoJimmy Ndayizeye na Saido Berahino bari mu batoye Messi muri FIFATheBestAdminMarch 1, 2023March 1, 2023 by AdminMarch 1, 2023March 1, 20230220 Nkuko bizwi iyo hagire hatorwe abakinyi beza bama bavyitwayemwo neza kurusha abandi kw’isi ntihabura abatora kuri buri igihugu . Mu Burundi hatoye Kizigeza w’Intamba mu...