Rurerekana Lazare umuhinga mvabwenge wo mu Gisagara ca Gitega ashushanya ibitandukanye mu giti, aragaragaza akababaro afise kuba ataronse amahirwe yo kuja i Qatar mw’ihayanishwa mpuzamakungu...
Umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yarashikirije ijambo mu nama ya bose ihuza ibihugu bihurikiye muri ONU mu gihe hariko haraba inama idasanzwe igiri 78 y’umuryango wa...
Ikinyamakuru kirabereka ivyaranze bikuru bikuru mu mafoto kuri runo rubuga iminsi yose ya gatanu kugira mubone mu masanamu ivyakozwe mu Burundi kuva igenekerezo rya 01...
Ali Bongo Ondimba yaheruka gukurwa k’ubutegetsi n’igisirikare aridegemvya kuva kuruyu wa kane nkuko imboneshakure y’igihugu Gabon 24 ivyemeza, ku masanamu yerekanye k’umunsi wa gatatu mw’ijoro...