Urunani waratsinze umurwi wa Dynamo ku rukino rukira kabiri ku manota 83-75, Gladiators mu bigeme batsinda Les Hippos ku manota mw’ihiganwa rya Play Offs iriko...
Igice ca nyuma c’ihiganwa rya Play Offs kizotagura muriyi week-end igenekerezo rya 6 Mukakaro gushika 20 Mukakaro, Urunani bazotana mu mitwe na Dynamo ibiri ikebana...
Jean Jacques Boissy agiye gukina mu murwi Milwaukee Bucks mw’ihiganwa NBA Summer League i Las Vegas ryo ku mugabane wa Amerika rizotagura igenekerezo rya 10...
Abarundi baba hanze y’ihigugu ”Diaspora ndundi” bagiye gutegura ihiganwa “Inkingi z’imbonakazoza Event” ku barundi bafise impano zitandukanye bikazobera mu ntara zagutse uko ari 5. Iryo...