Kuruyu wa Gatatu igenekerezo rya 18 Gitugutu, Umukuru w’igihugu c’Ubugande yamenyesheje yuko igisirikare co murico gihugu kigiye guhiga abagizi ba nabi bishe kuwa 17 Gitugutu...
Mu gatondo kuwa 18 Gitugutu 2023, Joe Biden Umukuru wa reta nzuze ubumwe bwa Amerika yagize urugendo muri gihugu ca Israel agaragaza ko yifatanije nabo...
Amafoto 35 arikumwe n’amazina yabo niyo reta ya Kenya yashize ahabona bakekwa gukorana n’imirwi y iterabwoba n’inyuma y’ibitero biheruka vyakozwe n’umurwi w’abagizi ba nabi hari...
Mu ntambara ziriko ziraba mu bihugu vya Isirayeli na Palestine zimaze indwi irenga zigahitana abantu n’ibintu bitari bike, kuru wa kabiri, umurwi Hamas wamenyesheje ko...