Ahejeje kwirahira atsinda bimworoheye cane amaseti 2 ku busa, Sada Nahimana atahukanye ibikombe 2 bikomeye mw’ihiganwa rya WT50 rihejeje kuba mu gisagara i Bujumbura ku
“Imana y’akandi karyo” ya Pastor Lopez niyo yatahukanye ikibanza ca mbere mw’ihiganwa Isanganiro Award ku ncuro 13 ku manota  56,19 kw’ijana, ikaba igiye kumenyekanishwa mu
Amadou Bagayoko, umuririmvyi n’umucuraranzi w’umugwi w’abaririmvyi bo mu gihugu ca Mali Amadou et Mariam, yapfuye kuri uwu wa gatanu igenekerezo rya 04 Ndamukiza i Bamako,
Ibikoresho bizokora mu matora azoba uyu mwaka wi 2025 kuva mu kwezi kwa Ruheshi (6) vyataguye kurungikwa mu makoni atandukanye agize igihugu nkuko ayo makuru
Hagiye ahabona ibiharuro mfatakibanza vya rusansuma mu Burundi yabaye mu 2024 vyerekana kubarundi 12.332.788 mu gihugu, ibice 52.2 kw’ijana ni igitsina gore, ibice 47.8 kw’ijana
Umupfasoni w’Umukuru w’Ighugu Angeline Ndayishimiye yagendeye ikambi z’impunzi z’Abanyekongo bari mu Mubimbi ni Gatere, zose ziri mu ntara ya Cibitoke. Angeline Ndayishimiye yabashiriye ibintu bifise
Inama Nshingamateka y’Uburundi yatunganijeibirori vy’amasengesho n’akavunamusase (National Breakfast Prayer) yo mu gitondo ku ncuro ya 16, mu kibanza c’Ingoro y’Inama Nshingamateka i Kigobe vyari vyatewe