Intamba mu Rugamba yatsinze ibitsindo 5 ku 0 igihugu ca Seychelles mu nkino zokurondera itike y’igikombe c’isi yose 2026, ibaye intsinzi ya mbere kuri Sangwa
Musenyeri Emmanuel Sinzohagera bazomwimika mu birori bidasanzwe bizoba kuwa 29 Ntwarante ku kibuga Ingoma mu ntara ya Gitega, Emmanuel Sinzohagera baheruka kumutora kuba Musenyeri(Bishop) mw’ishengero
Intamba mu Rugamba barahura uyu munsi n’umurwi wa Seychelles kuwa 25 Ntwarante Urukino ruja gukinwa igihe c’isaha zitatu z’ijoro ku kibuga “Stade d’ honneur de
Mia Love umwirabura wa mbere yatowe mu nama Nshingamateka ya Amerika, ku bw’umugambwe wa Republicain, muri Leta Zunze Ubumwe za Amerika. Mia Love yapfuye ku
Uburundi bwakiriye inkino z’isi mu rukino rwa Tennis ryitwa #WTF50 kuva uyu munsi kuwa 23 Ntwarante gushika ku wa 6 Ndamukiza, mu gisagara ca Bujumbura
Amazina cumi (10) yaraye amenyekanye y’abigeme batowe mu gice ca kane gishira ica nyuma mu ntara ya Butanyerera mw’ ihiganwa rya Miss Burundi 2025 yabere
Donald Trump yateye umukono kw’itegeko ryo gukura burundu ubushikiranganji bw’indero hari kuwa 20 Ntwarante uyu mwaka, Umukuru w’igihugu abona ko ifise uruhara ruto mu gisata
Netumbo Nandi-Ndaitwah yarahiye ku mugaragaro agiye kuba umukuru w’igihugu mushasha wa Namimbiya kandi w’umukenyezi ni ubwa mbere bibaye kuva ico gihugu cikukiye hari uyu munsi
Gervais Abayeho umushikiranganji w’imico n’akaranga ari mu birori vy’ubuhinga n’imico kama iriko ibera i Addis Abeba muri Éthiopie, iyo sabukuru rihuza ibihugu n’abantu batandukanye bo