IbigezwehoInkino

Muso Sugar muri Primus League Burundi.

Inyuma kuyo umurwi wa Moso Sugar uduze icicaro cambere umumenyereza wuyo murwi Innocent Harerimana batazira Kambaranga aganira n’ikinyamakuru Buja Media arashimira cane uburongozi bwuwo muriĀ  murwi, abakinyi ukuntu bakoreye hamwe mu gushika kuriyo ntsinzi akanamenyesha kandi yuko urugamba rukibandanya rwogusozera icicaro ca 2 (Ligue B) ndetse no gushika kure hashoboka mu gikombe citiriwe Umukuru w’ Iguhugu(Coupe du prĆ©sident ).

 

Ikibazo cuko ashobora kugomwa akaja mu wundi murwi, Kambaranga yavuzeko hakiri kare kugira ico ashikirije kijanye n’ukuguma muruyo murwi Moso Sugar canke kuja muyundi murwi.

Ivyo biruko ni mugihe Kambaranga, mu mwaka 2017-2018 yadugije Butare City yi Makamba ayishira mu cicaro ca kabiri ntiyatevye Royal FC yi Muramvya ayishira mu cicaro ca mbere muri Primus League.

Related posts

William Perry umukinyi mushasha w’ Urunani BBC,n’ibiki vyamuranze muri kahise?

Buja Media

Amajambo akomeye Xavi Alonso yavuze yinjiye ku mugaragaro muri Real Maldrid.

Buja Media

Umugwi wa Interstar ubaye umugwi wa mbere mu Burundi ugiye kumenyerezwa n’umupfasoni

Buja Media

Leave a Comment