Sangwa Patrick ubutumwa yahaye abakunzi b’ Intamba mu Rugamba.
Umumenyereza w’Intamba mu Rugamba Sangwa Mayani Patrick yaragize icavuga abicishije kur rubuga rwiwe rwa Instagram mu gihe yarahejeje gutakaza inkino 4 atakaza amanota, abakurikirana hagufi...
