Faustin Ndikumana arongoye ishirahamwe Parcem yatanze umuco ku vyerekeye ibigwanisho biherutse gutorwa ku muhana iwe i Kinyami mu Ntara ya kera ya Ngozi, kuri uyu...
Ikiganiro kiremeshejwe n’ Umukuru w’igihugu co kuri uyu wa 26 Kigarama 2025 kiriko kibera ku kibuga Royal muri komine Muramvya mu ntara ya Gitega, ico...
Umukuru w’Igihugu c’Uburundi, Evariste NDAYISHIMIYE, yagarutse ku wa gatandatu, igenekerezo rya 6 Kigarama 2025, avuye i Washington D.C. muri Leta Zunze Ubumwe za Amerika, aho...
Umukuru w’Igihugu c’Uburundi, Nyenicubahiro Évariste Ndayishimiye, yakiriye kuri uyu wa gatatu, ku ngoro y’Umukuru w’Igihugu i Gitega, Umuserukizi w’igihugu ca Rusiya, Valery Mikhailov, mu kiganiro...
Umukuru w’igihugu ca Tanzaniya, Samia Suluhu Hassan, yashize ahabona Reta nshasha ku musi wa mbere, irimwo abaministre 27 n’abandi 29 basanzwe bafasha abaministre, mu kiganiro...