Amasezerano yo kubaka ishure ry’imyuga rizotwara imiliyaridi 30 z’amarundi.
Reta y’Uburundi yarateye umukono ku masezerano hagati y’umushikiranganji w’ikigega ca Reta, Nestor NTAHONVUKIYE n’uwuserukira Ubufaransa mu Burundi, Sébastien Minot kuzoha Uburundi imiliyoni 9 z’amanyaburaya (9.000.000...