Ishirahamwe ry’umupira wa maboko Basketball mu Burundi “FEBABU” rigiye kurongorwa na Aloys Ntakirutimana yaronse amajwi 19 kuri 27 y’abatoye arushije Sebarinda Chris Bosco yaronse amajwi...
Xavi Alonso atanguye urugendo rwiwe rushasha kuri Real Madrid n’inyuma yo kuba umukinyi hanyuma akaza kumenyerezaa abakiri bato, yahoze ari umunyegori agiye kumenyerezaumurwi wa Casa...
Perry Kiah William agiye kuja mu gitigiri c’abakinyi b’umurwi Urunani BBC mu nkino bagiye kujamwo za Play Off nkuko ayo makuru tuyakesha inzengo nyobozi zuwo...
Uwo mukinyi w’umunya Monaco yashinze ishirahamwe ryitwa Fondation rifise intumbero yo gufasha urwaruka rw’Uburundi, bakaruha amahirwe yo kwiteza imbere mu buryo no mu kwigisha umwuga....
Cristiano Ronaldo araguma afise igikombe ciwe. Ku mwaka ugira gatatu ukurikiranye, uwo mukinyi w’umunya Portigal w’umukinyi wa Al-Nassr niwe ari ku rutonde rw’abakinnyi bahembwa cane...