Ku musi ugira 22, urutonde uko bazohura muri Primus ligue, urukino rudasanzwe rurindiranwe n’abantu benshi ruzoba kuw’Imana ku kibuga Urunani mu ntara ya Cibitoke imbere...
Kuruyu wa gatatu igenekerezo 01 Ntwarante inyuma y’umutanga, niho hashika intumwa zidasanzwe za FIFA zirimwo Davis NDAYISENGA arongoye ibiro biserukira FIFA muri kano karere hamwe...
Abarundi batari bake bari bafise icizere ko Uburundi buzokwakirira Namibia hano i Bujumbura ku kibuga citiriwe Intwari . Kuri Micro y’umumenyeshamakuru wa FIFA i Paris...