“Intango nshasha y’urugendo mw’iterambere”, ubutumwa buri mu gitabo gishasha cahawe Umukuru w’Igihugu.
Umukuru w’Igihugu c’Uburundi, Évariste Ndayishimiye, ari kumwe n’Umupfasoni wiwe be n’abategetsi batandukanye mu gihugu, bitavye kuri uyu wa gatatu, ku Club du Lac Tanganyika, ibirori...
