Patrice Motsepe yasubiriye gutorwa kandi gutwara ishirahamwe ry’umupira w’amaguru muri Afrika (CAF) mu kiringo c’imyaka 4 kuva 2025 gushika 2029 mu nama ya bose igira...
Umurwi w’abigeme nserukiragihugu Intamba mu rugamba w’abatarenza imyaka 17 barasezerewe batsinzwe 3 ku 0 n’umurwi wa Côte d’Ivoire ku mugoroba w’ejo hahise ku kibuga Félix...
Umukuru w’Igihugu yakiriwe na Ivica Dačić icegera c’Umushikiranganji wa mbere kandi akaba n’umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu arikumwe na Tamara Vučić umutambukanyi w’umupfasoni w’Umukuru...
Urukino rwo gutigira rurakweze akarambaraye ku murwi wa Academia Deir wo mu gisagara ca Bujumbura, ishirahamwe rya FFB rihejeje kubafatira ibihano bikomeye guhagarikwa imyaka 5...
Umwungere mukuru wa Katorika papa François amaze iminsi amagara amukitse ari mu bitaro Gemelli mu burengerazuba bwa Roma ariko afashwa guhema na bimwe mu vyuma...
Mark Joseph Carney yavutse ku ya 16 Ntwarante mu 1965 afise imyaka 60 n’umuhinga mu bijanye n’ubutunzi akaba n’umunyaporitiki abaye umushikiranganji wa mbere mushasha wa...
Mark Carney yatowe kuwa 9 Ntwarante ku masaha yo ku mugoroba, ashizwe imbere n’umugambwe wiwe waba Libéraux wo murico gihugu ni mugihe asubiriye Justin Trudeau...