Zidafise Umuce

AFCON 2023: Uburundi bwirahiye Sudan y’Epfo ku manota 57 kuri 42.

Intamba mu Rugamba bahejeje kwirahira igihugu ca Sudan y’Epfo mu mupira wa maboko mu nkino za AFCON 2023 ziriko zibera muri Tanzaniya ku rukino rwa mbere bakinye murizo higanwa ryo gukuranamwo. Icibonekeje muruwo rukino nuko Uburundi bwabarushije biboneka ivyo nivyo bizoha amahirwe menshi yo gutsinda izindi nkino zizokurikira.

May be an image of 1 person, playing basketball and text

Landry Ndikumana akina mu murwi Urunani niwe yatsinze amanota 15 kurusha abandi atanga imipira ivamwo igitsindo 3, agira Rebond 7. Urukino rwa kabiri, Uburundi buzokina na Tanzaniya ku munsi w’Imana igenekerezo rya 18 Ruheshi isaha zitatu z’ijoro ku masaha yo mu Burundi.

Image

Uburundi buri mu kibanza ca 22 muri Afrika yose bukaba ubwa 123 kw’isi yose.

May be an image of 1 person, playing basketball and textMay be an image of 3 people, people playing basketball and textMay be an image of 3 people, people playing basketball and textMay be an image of 4 people, people playing basketball and textMay be an image of 3 people, people playing basketball and text

Related posts

Kirundo: Umushikiranganji w’ Ubutungane yagize inama ku kibazo ca Christella Ndayishimiye cabuze inyishu.

Yvan Manager

Paul Kagame azokwitoza ikiringo ca 4, mu matora mu 2024.

Yvan Manager

Abana 42 bo mw’ibarabara batwawe mu kigo cegeranirizwamwo mu Cankunzo

Yvan Manager

Leave a Comment