Gabon: Oligui Nguema yatsinze amatora ku majwi 90,35 kw’ijana.
Brice Clotaire Oligui Nguema yatsinze amatora afise amajwi 90,35 kw'ijana yabaye kw’igenekerezo rya 12 Ndamukiza muri Gabon bafatiye ku biharuro mfatakibanza nkuko vyemezwa ndets bigashikirizwa...