Liliane Nshimirimana, umunyamabanga nshingwabikorwa mushasha mu kigo c’abamenyeshamakuru mu Burundi.
Liliane Nshimirimana, umunyamabanga shingwabikorwa mushasha w’ikigo c’abamenyeshamakuru mu Burundi “Maison de la Presse” asubiriye Nestor Ntiranyibagira agiye mu karuhuko kizabukuru yatanguye muri Ruhuhuma uyu mwaka...