Indero

Ikibazo ca Reta cakozwe n’abanyeshure barenga ibihumbi 50.

Francois Havyarimana umushikiranganji  w’indero n’’ ubushakashatsi yatanguje kuwa 11 Mukakaro 2023, Ikibazo ca Reta gitanga uburenganzira bwo kwiga muri kaminuza. Ico kibanza kiriko gikorwa n’abanyeshure barenga ibihumbi 50 mu bibanza 106 vyo mu gihugu cose. Umushikiranganji akaba yatanguje ico kibazo kw’ishure ryisumbuye rya Buhonga hamwe no kw’ishure ryisumbuye rya Jenda, (Lycée étoile des montagnes de Jenda) zose ziri mu ntara ya Bujumbura rural.

May be an image of 13 people and people studying

Muri bishasha nuko ubu atamuneyshure azosubira kumara umwaka wose muhira arindiriye gutangura kaminuzaAbanyeshure bose bitezwe gukora ico kibazo bashika 50950, abanuyeshure bavuye mu mashure 1113 bariko bakorera mu bibanza 106. Hibonekeje mu bibanza vyose anasubiramwo batari munsi ya 20. Gishasha umwaka wishure uza nuko ubu atamunyeshure azosubira kumara umwaka wose mw’ishure nkuko vyakorwa ivyo bikab vyavuye mu nama rukokoma yindero iheruka kuba hamwe no muri za nama abashikiranganji baheruka kugira hagati mu gihugu n;abenegihugu, cakonzwe nabanyeshure baba mu Kenya na Tanzaniya bakurikiza  urutonde rwo mu burundi. Aheraheza amenyesha yuko abanyeshure bose bazotora ico kibazo bazoca bajamu muri kaminuza ya reta.

Related posts

Donald Trump yashize umukono kw’itegeko ryo gukura burundu ubushikiranganji bw’indero.

Yvan Manager

Amasezerano yo kubaka ishure ry’imyuga rizotwara imiliyaridi 30 z’amarundi.

Yvan Manager

“Concours National 2023”: Karusi niya mbere mu kumeyesha kubice 99,43.

Yvan Manager

Leave a Comment