Amatora 2025: ”Igikorwa co gutanga amakarata yitora cagenze neza” François Bizimana avugira CENI.
Amakarata yose yatowe ashika ibice 99, 17 kw’ijana ayatatowe na benyene amakarata ni 0,83 kw’ijana kubera ayari ateguwe yose yashika 5.963.917 nkuko vyemezwa na Francois