Mumahanga

Hoba hagiye gusubira gutagura kandi ibiganiro hagati ya Congo na M23?

Ibiganiro hagati y’igihugu ca Congo vyoba bigiye gusubira  kubandanya hagati y’umurwi M23 bari bamaze igihe kinini bariko bararwana nkuko ivyo bibazo benshi arivyo bariko baribaza bafatiye ku mu bonano wabaye mu ibiganiro ku munsi w’ejo hagati y’Umukuru w’Igihugu ca Angola João Lourenço ari nawe umuhuza hagati y’igihugu ca Congo nuwo murwi. Ivyo ni kimwe gikomeye bayanze mu gihe  Félix Antoine Tshisekedi Tshilomb yari yagize urugendo rw’akazi muri Angola.

Nkuko ayo makuru tuyakesha urubuga rw’ibiro vy’Umukuru w’Igihugu ca Angola babishikirije bahejeje umubonano, batanze bashikirije bavuga bati: ”Nyuma y’urugendo rugufi rwa Nyakubahwa Félix Tshisekedi i Luanda, uruhande rwa Angola, nk’umuhuza mu ntambara abangamiye Repuburika Iharanira Demokarasi ya Congo, ibiganiro na M23, kugira ngo intumwa za Congo na M23 zikore ibiganiro vyihuse i Luanda mu minsi iri imbere. Mu rwego rwo kurwana n’ikibazo c’amahoro muri iki gihugu.”

Ikibazo abantu benshi bakurikirana ibibazo vyo muri kano karere bafise n’ukwibaza yuko Félix Tshisekedi azokwemera ibiganiro ndetse n’ibizoba vyavuyemwo?

Iri tangazo rya Angola rije mbere y’ibintu bibiri bidasanzwe kuri ruhande rwa Congo: Inama y’Akarere ka Afurika y’Amajepfo yagenewe Congo ku wa gatatu tariki ya 12 Ntwarante, ku ruhande rumwe, ndetse n’inama k’umutekano y’umuryango wa ONU ushinzwe intambara mu burasirazuba bwa Congo, ku wa 4 Ndamukiza.

Mwomenya yuko João Lourenço amaze imyaka 4 ari we umuhuza ariko kuruhande rwa Congo aribo bari baranse gushira mu ngiro amasezerano yi Luanda yabasaba kuganira vyihuse nuwo murwi M23.

Related posts

Prigozhin umukuru w’ingabo za Wagner bamushinguye.

Yvan Manager

Ligue des champions: Urukino atanumwe rwafashije, Real Madrid-Manchester City (1-1).

Yvan Manager

Sylvia Bongo,umupfasoni w’Umukuru w’Igihugu Ali Bongo yinjiye ibohero r

Yvan Manager

Leave a Comment