InkinoMuburundi

CECAAF2026: Uburundi na Kenya barusha ibindi bihugu amanota.

Mu gisagara ca Bujumbura ku kibuga Centre Technique Nationale hariko habera ihiganwa ry’abagendana ubumuga kurwego rwa CECAAF ibihugu 5 nivyo vyitabiriye izo nkino. Uburundi na Kenya bamaze gutsinda inkino 2 kuri 2  bafise amanota 6. Izo nkino ziriko ziraba abazotahukana iryo higanwa bazoba baronse itike tyo kuja mu gikombe cisi yose kizobera muri Canada umwaka uza wi 2026. Urukino rwa mbere rwugurura ihiganwa Uburundi bwatsinze 6ku busa igihugu kibanyi ca Congo.

Uko bariko bagiye baratsindana nuku gukurikira:

1/ Burundi 6-0 RDC

2/ Kenya 2- 0 Tanzanie

3/ Kenya 3-0 Ouganda

4/ Burundi 3-0 Zambie

5/ Tanzanie 4-1 Ouganda

Mwomenya ko Uburundi bari mu kibanza ca 12 inyuma yokuja gukina CAF umwaka uheze yabereye mu gihugu ca Misiri umwaka uheze wi 2024.

Related posts

“Gushima uko imigenderanire hagati y’Uburundi na RDC yifashe” Ubutumwa bazaniye Evariste Ndayishimiye.

Buja Media

Cecafa Champions League: Buja Queen’s mu 1/2 finale.

Buja Media

CENI imenyesha ahigejeje gutegura amatora yi 2025.

Buja Media

Leave a Comment