IbigezwehoMumahangaMark Carney umushikiranganji wa mbere mushasha wa Canada yatowe ku majwi 85,9.Yvan ManagerMarch 11, 2025 by Yvan ManagerMarch 11, 20250187 Mark Carney yatowe kuwa 9 Ntwarante ku masaha yo ku mugoroba, ashizwe imbere n’umugambwe wiwe waba Libéraux wo murico gihugu ni mugihe asubiriye Justin Trudeau...
IbigezwehoUbutunziAmabuye y’agaciro mashasha ”Titane” bayeretse Umukuru w’Igihugu.Yvan ManagerMarch 11, 2025 by Yvan ManagerMarch 11, 20250192 Umukuru w’Igihugu yakiri abatwara ikigo Fanalek co gucukura amabuye y’agaciro bita ”Titane” baje kumwereka ubwoko bushasha bw’amabuye babonye cane cane mu ntara ya Cibitoke muri...
InkinoAbakinyi 25 b’Intamba mu Rugamba bagiye gukina amajonjora y’igikombe c’isi 2026.Yvan ManagerMarch 10, 2025March 11, 2025 by Yvan ManagerMarch 10, 2025March 11, 20250529 Kuwa 10 Ntwarante 2025 umumenyereza w’umugwi nserukiragihugu intamba murugamba Patrick Sangwa yashize ahabona urutonde rw’abakinyi 25 azifashisha munkino 2 zo kurondera itike yo kwitabira igikombe...
ImyidagaduroMuburundiAbigeme bari mw’ihiganwa rya Miss Burundi 2025 baragize isanganya.Yvan ManagerMarch 10, 2025March 12, 2025 by Yvan ManagerMarch 10, 2025March 12, 20250372 Kuwa 9 Ntwarante 2025 abagime bari mw’ihiganwa rya Miss Burundi 2025 baragize isanganya ariko Imana yarakize nta witavye Imana uretse uwariko atwara uwo muduga yakomerets...
PolitikeIgihugu ca Somalie cemerewe kwinjira mu muryango wa EAC.Yvan ManagerNovember 26, 2023 by Yvan ManagerNovember 26, 202301306 Igihugu ca Somalia waraye winjiye mu muryango w’ibihugu vya Afrika y’ubuseruko EAC. Kikaba kibaye igihugu kigira 8 cinjiye muri uwo muryango. Salva Kiir Mayardit ,...
ImibanoGitega: “Birashoboka kw’abakenyezi n’abigeme batera imbere bakoreye murunani”Yvan ManagerNovember 22, 2023 by Yvan ManagerNovember 22, 202301094 Komine ya Gitega ishigikiwe n’ishirahamwe mpuzamakungu rihurikiyemwo ibisagara bivuga uririmi rw’igifaransa hamwe n’ishirahamwe ry’ubumwe bwa buraya bagiye kubaka ikigo c’iterambere ry’abakenyezi kidasanzwe kizorangurirwamwo imyuga itandukanye...
MumahangaCongo: Abantu 31 barapfuye,145 barakomereka mu misunikano bashaka kwiyandikisha mu gisirikare.Yvan ManagerNovember 22, 2023 by Yvan ManagerNovember 22, 202301096 Urwaruka rushika 31 barapfuye bahitanwe n’imisunikano abashika 145 barakomereka yabaye kruy wa mbere igihe bariko baariyandikisha urwaaruka rwo muri mu gihugu kibanyi ca Kongo bashaka...
MumahangaMoise Katumbi agiye kwitoza nk’uwuserukira iyindi migambwe yabatavuga rumwe n’ubutegetsi.Yvan ManagerNovember 20, 2023 by Yvan ManagerNovember 20, 202301114 Uwahoze ari mushikiranganji wa mbere Augustin Matata Ponyo yavuye m matora yo kwiyamamariza mu matora azoba igenekerezo rya 20 Kigarama yari mu barondera kwitoza mu...
InkinoIhiganwa rya Rallye ryarahagaze inyuma y’urupfu rw’umwe mubakinyi bawo.Yvan ManagerNovember 20, 2023 by Yvan ManagerNovember 20, 202301209 GIESEN Jean Pascal Umubirigi yirukira “Auto paints” yaritavye Imana ahejeje urugendo rwiwe rwa mbere rw’ihiganwa kw’ibarabara Ruvubu (Mayaka) Mugera Ntunda. Ahejeje igice ca mbere, yavuye...
UbutunziUmutekanoRusasuma igira 4: Bikuru bikuru vyerekana itandukanye n’izimaze kuba.Yvan ManagerNovember 16, 2023 by Yvan ManagerNovember 16, 202301048 Muri myandagagaro na nyakanga 2024 hazotangura igikorwa co gusasuma abarundi. Ico gikorwa gitunganijwe na BCR, ibiro bikuru bijejwe rusasuma bifadikanije n’ikigo c’igihugu kijejwe kwegeranya ibitigiri...