Urukino rurandiranwe n’abantuu benshi uyu munsi isaha zitatu z’ijoro ku masaha yo mu Burundi, umurwi Arsenal wo mu bwongereza uza gutana mu mitwe na Real...
Alain Mukuralinda bamusezeye ubwa nyuma uyu munsi kuwa 10 Ndamukiza kuri Paroisse katolika ya Rulindo, mu ntara y’Amajyaruguru, uwo mugenzo watagujweni misa yo gusezera irya...
Ahejeje kwirahira atsinda bimworoheye cane amaseti 2 ku busa, Sada Nahimana atahukanye ibikombe 2 bikomeye mw’ihiganwa rya WT50 rihejeje kuba mu gisagara i Bujumbura ku...
“Imana y’akandi karyo” ya Pastor Lopez niyo yatahukanye ikibanza ca mbere mw’ihiganwa Isanganiro Award ku ncuro 13 ku manota  56,19 kw’ijana, ikaba igiye kumenyekanishwa mu...