FacebookTwitterInstagramPinterestYoutube
22.5 C
Bujumbura
January 18, 2026
  • Ubuzima bwite
  • Muturonka

bujamedia.com

Banner
  • Intango
  • Inkino
    • Inkino

      Sénégal – Égypte: Uguhangana kwa Salah na Mané ninde azagushika muri finale…

      January 14, 2026

      Inkino

      Primus Ligue Burundi: Hinjiye ibitsindo 21, Aigle Noir yagumye mu kibanza ca…

      January 13, 2026

      Inkino

      Primus Ligue Burundi: Phase retour yataguye uyu munsi.

      January 9, 2026

      Inkino

      Ibitsindo 21 vyaranze indwi ya 14 muri Primus Ligue Burundi.

      December 1, 2025

      Inkino

      Derby: Inter Star na Vital’O bazokina ubwa mbere ku kibuga Intwari inyuma…

      November 26, 2025

  • Muburundi
    • Muburundi

      “Intango nshasha y’urugendo mw’iterambere”, ubutumwa buri mu gitabo gishasha cahawe Umukuru w’Igihugu.

      January 14, 2026

      Muburundi

      Primus Ligue Burundi: Hinjiye ibitsindo 21, Aigle Noir yagumye mu kibanza ca…

      January 13, 2026

      Muburundi

      Primus Ligue Burundi: Phase retour yataguye uyu munsi.

      January 9, 2026

      Muburundi

      Umukuru w’Igihugu Varisito Ndayishimiye ariko agiranira ikiganiro n’abenegihugu ku Kibuga Royal yi…

      December 26, 2025

      Muburundi

      Cellule Urunani Centre bagiye kuramukanya mw’irerero y’impfumvyi yo mwi Jabe babashireye ibintu…

      December 23, 2025

  • Mumahanga
  • Ibigezweho
    • Politike Inkino Imibano Ubutungane Ubutunzi
      Politike

      Umukuru w’Igihugu Varisito Ndayishimiye ariko agiranira ikiganiro n’abenegihugu ku Kibuga Royal yi…

      December 26, 2025

      Politike

      Varisito Ndayishimiye yarahagarariye amasezerano yo guhagarika intambara hagati yu Rwanda na Congo

      December 11, 2025

      Politike

      RDC-Rwanda : Bikuru bikuru biri mu masezerano agiye guterwako umukono.

      December 4, 2025

      Politike

      Umukuru w’Igihugu Varisito Ndayishimiye arashima intambwe ibinyamakuru vyo mu Burundi bishitseko.

      December 3, 2025

  • Imyidagaduro
  • Buja FM Live
    • Buja FM
    • Buja FM Gitega
  • Imboneshakure
    • BUJA TV LIVE
    • KM TV LIVE
bujamedia.com
  • Home
  • Author Buja Media
ImyidagaduroMuburundi

Miss Burundi 2025: Amazina 10 y’abatowe muri Butanyerera yamenyekanye.

Buja MediaMarch 24, 2025March 24, 2025
by Buja MediaMarch 24, 2025March 24, 20250595
Amazina cumi (10) yaraye amenyekanye y’abigeme batowe mu gice ca kane gishira ica nyuma mu ntara ya  Butanyerera mw’ ihiganwa rya Miss Burundi 2025 yabere...
InderoMumahanga

Donald Trump yashize umukono kw’itegeko ryo gukura burundu ubushikiranganji bw’indero.

Buja MediaMarch 21, 2025
by Buja MediaMarch 21, 20250327
Donald Trump yateye umukono kw’itegeko ryo gukura burundu ubushikiranganji bw’indero hari kuwa 20 Ntwarante uyu mwaka, Umukuru w’igihugu abona ko ifise uruhara ruto mu gisata...
MumahangaPolitike

Namibie: Netumbo Nandi yarahiye kuba Umukuru w’igihugu wa mbere w’umugore.

Buja MediaMarch 21, 2025
by Buja MediaMarch 21, 20250407
Netumbo Nandi-Ndaitwah yarahiye ku mugaragaro agiye kuba umukuru w’igihugu mushasha wa Namimbiya kandi w’umukenyezi ni ubwa mbere bibaye kuva ico gihugu cikukiye hari uyu munsi...
ImyidagaduroMuburundi

Umushikiranganji w’imico n’akaranga mw’isabukuru Amagaba waserukiye igihugu i Addis Abeba.

Buja MediaMarch 21, 2025
by Buja MediaMarch 21, 20250521
Gervais Abayeho umushikiranganji  w’imico n’akaranga ari mu birori vy’ubuhinga n’imico kama iriko ibera i Addis Abeba muri Éthiopie, iyo sabukuru rihuza ibihugu n’abantu batandukanye bo...
InkinoMumahanga

Kirsty Coventry umukenyezi wa mbere atwaye CIO kandi w’umunyafrika.

Buja MediaMarch 21, 2025March 21, 2025
by Buja MediaMarch 21, 2025March 21, 20250396
Kirsty Coventry yatowe gutwara ishirahamwe mpuzamakungu y’abanonotsi CIO(Comité International Olympique) mu nama igira 144 y’uwo muryango i Costa Navarino mu Bugiriki, hari kuwa 20 Ntwarante...
MuburundiUbutunzi

Brarudi yashize kw’isoko Amstel Bright ikinyobwa gishasha.

Buja MediaMarch 20, 2025March 20, 2025
by Buja MediaMarch 20, 2025March 20, 20250573
Ishirahamwe Brarudi ridandaza ibinyobwa yashize kw’isoko ikinyobwa gishasha Amstel Bright ikozwe mu bigori vyo muri kano karere kuva kuwa 19 Ntwarante 2025, Amstel Bright ya...
ImyidagaduroMuburundi

Amagaba yaserukiye Uburundi mw’isabukuru ryo mu karere ka Afrika y’ubuseruko.

Buja MediaMarch 20, 2025March 20, 2025
by Buja MediaMarch 20, 2025March 20, 20250363
Umurwi Amagaba waserukiye Uburundi mw’isabukuru y’imico n’akaranga muri kano karere k’ubuseruko duhurikiyemwo  “Festival of Art and Culture” iza kubera mu gisagara ca Addis Abeba muri...
MumahangaPolitike

Félix Tshisekedi na Paul Kagame bahuriye mu biganiro giturumbuka muri Qatar.

Buja MediaMarch 19, 2025
by Buja MediaMarch 19, 20250263
Uguhura kwa Félix Tshisekedi na Paul Kagame giturumbuka umwe wese atavyo yari yeteze ariko igihugu ca Qatar cabahuje yarazi ahanini ivyikoze hari kuwa 18 Ntwarante...
ImyidagaduroMumahanga

DJ Ira yahawe ubwenegihugu bw’Urwanda.

Buja MediaMarch 17, 2025March 17, 2025
by Buja MediaMarch 17, 2025March 17, 20250425
DJ Ira yasavye Umukuru w’Igihugu c’Urwanda ubwenegihugu mu kiganiro yagize n’abanyagihugu kuwa16 Ntwarante muri Bk Arena, abarundi bati ”Ico umwana w’umwami aririye arakironka”, agiheza kubisaba...
ImibanoMumahanga

Reta y’Amerika yahagaritse ibimenyeshamakuru 3 iha uburyo harimwo VOA.

Buja MediaMarch 17, 2025March 17, 2025
by Buja MediaMarch 17, 2025March 17, 20250248
Inkuru y’incamugongo ku bamenyeshakamakuru b’ijwi ry’rya Amerika (VOA), Radio Free Europe na Radio Free Asia bahagaritswe ubwo nyene ubutarariye mu kazi kabo ku ngingo yakoretse...

Posts navigation

1 … 15 16 17 … 43

IMICE

  • Amagara
  • Ibigezweho
  • Imboneshakure
  • Imibano
  • Imyidagaduro
  • Indero
  • Inkino
  • Muburundi
  • Mumahanga
  • Politike
  • Ubutungane
  • Ubutunzi
  • Umutekano
  • Zidafise Umuce

Iziheruka

Sénégal – Égypte: Uguhangana kwa Salah na Mané ninde azagushika muri finale ya CAN2025?

Buja MediaJanuary 14, 2026
January 14, 20260

“Intango nshasha y’urugendo mw’iterambere”, ubutumwa buri mu gitabo gishasha cahawe Umukuru w’Igihugu.

Buja MediaJanuary 14, 2026
January 14, 20260

Primus Ligue Burundi: Hinjiye ibitsindo 21, Aigle Noir yagumye mu kibanza ca 1.

Buja MediaJanuary 13, 2026
January 13, 20260

Primus Ligue Burundi: Phase retour yataguye uyu munsi.

Buja MediaJanuary 9, 2026
January 9, 20260

Umukuru w’Igihugu Varisito Ndayishimiye ariko agiranira ikiganiro n’abenegihugu ku Kibuga Royal yi Muramvya.

Buja MediaDecember 26, 2025
December 26, 20250

Instagram

Please enter an Access Token

Facebook

Facebook Page

IZIHERUKA

  • Sénégal – Égypte: Uguhangana kwa Salah na Mané ninde azagushika muri finale ya CAN2025?
  • “Intango nshasha y’urugendo mw’iterambere”, ubutumwa buri mu gitabo gishasha cahawe Umukuru w’Igihugu.
  • Primus Ligue Burundi: Hinjiye ibitsindo 21, Aigle Noir yagumye mu kibanza ca 1.
  • Primus Ligue Burundi: Phase retour yataguye uyu munsi.
  • Umukuru w’Igihugu Varisito Ndayishimiye ariko agiranira ikiganiro n’abenegihugu ku Kibuga Royal yi Muramvya.

IMYIDAGADURO

Imyidagaduro

Drama T: ‘’ITAMPORIZE’’ indirimbo iriko ivugwako vyinshi.

Buja MediaMarch 6, 2023March 6, 2023
March 6, 2023March 6, 20230
Indirimbo imaze imisi 3 gusa igiye ahabona, imaze gushikana abantu bamaze kuyiraba bageze...
Read more
Ibigezweho

Intelligent le Comédien muri Festival Canal Comedy Buja...

Buja MediaApril 13, 2023April 13, 2023
Read more
Imyidagaduro

Ndirabika Augustin imboneza ku baririmvyi buno munsi.

Buja MediaJuly 14, 2023
Read more
Imyidagaduro

Umukuru w’Igihugu yuguruye indwi yahariwe abarundi baba mu...

Buja MediaAugust 18, 2023
Read more
Imyidagaduro

Indirimbo 10 zamenyekanye zatowe mu gice ca nyuma...

Buja MediaSeptember 28, 2023
Read more
Load more posts

Imice

  • Amagara (9)
  • Ibigezweho (46)
  • Imboneshakure (2)
  • Imibano (44)
  • Imyidagaduro (49)
  • Indero (17)
  • Inkino (134)
  • Muburundi (114)
  • Mumahanga (106)
  • Politike (70)
  • Ubutungane (5)
  • Ubutunzi (26)
  • Umutekano (12)
  • Zidafise Umuce (20)

INKINO

Sénégal – Égypte: Uguhangana kwa Salah na Mané ninde azagushika muri finale ya CAN2025?

Buja MediaJanuary 14, 2026
January 14, 20260

Primus Ligue Burundi: Hinjiye ibitsindo 21, Aigle Noir yagumye mu kibanza ca 1.

Buja MediaJanuary 13, 2026
January 13, 20260

Primus Ligue Burundi: Phase retour yataguye uyu munsi.

Buja MediaJanuary 9, 2026
January 9, 20260

POLITIKE

Umukuru w’Igihugu Varisito Ndayishimiye ariko agiranira ikiganiro n’abenegihugu ku Kibuga Royal yi Muramvya.

Buja MediaDecember 26, 2025
December 26, 20250

Varisito Ndayishimiye yarahagarariye amasezerano yo guhagarika intambara hagati yu Rwanda na Congo

Buja MediaDecember 11, 2025
December 11, 20250

RDC-Rwanda : Bikuru bikuru biri mu masezerano agiye guterwako umukono.

Buja MediaDecember 4, 2025
December 4, 20250

IBIGEZWEHO

MissBurundi2025: Amazina y’abigeme 15 bazoja muri Finale yamaze kumenyekana.

Buja MediaJune 23, 2025June 23, 2025
June 23, 2025June 23, 20250

Papa mushasha Léon XIV n’ inde, n’ ibiki bikuru bikuru vyamuranze?

Buja MediaMay 9, 2025
May 9, 20250

Vatikano: Umwotsi wirabura werekana ko ata papa yatowe.

Buja MediaMay 8, 2025May 8, 2025
May 8, 2025May 8, 20250

Ibisata

  • Inkino (134)
  • Muburundi (114)
  • Mumahanga (106)
  • Politike (70)
  • Imyidagaduro (49)
  • Ibigezweho (46)
  • Imibano (44)
  • Ubutunzi (26)
  • Zidafise Umuce (20)
  • Indero (17)
@2023 - bujamedia.com. All Right Reserved. Designed and Developed by Vista Media Group (VMG)
bujamedia.com
FacebookTwitterInstagramPinterestYoutube
  • Intango
  • Inkino
  • Muburundi
  • Mumahanga
  • Ibigezweho
    • Politike
    • Inkino
    • Imibano
    • Ubutungane
    • Ubutunzi
  • Imyidagaduro
  • Buja FM Live
    • Buja FM
    • Buja FM Gitega
  • Imboneshakure
    • BUJA TV LIVE
    • KM TV LIVE