Ibikoresho bizokora mu matora azoba uyu mwaka wi 2025 kuva mu kwezi kwa Ruheshi (6) vyataguye kurungikwa mu makoni atandukanye agize igihugu nkuko ayo makuru...
Hagiye ahabona ibiharuro mfatakibanza vya rusansuma mu Burundi yabaye mu 2024 vyerekana kubarundi 12.332.788 mu gihugu, ibice 52.2 kw’ijana ni igitsina gore, ibice 47.8 kw’ijana...
Umupfasoni w’Umukuru w’Ighugu Angeline Ndayishimiye yagendeye ikambi z’impunzi z’Abanyekongo bari mu Mubimbi ni Gatere, zose ziri mu ntara ya Cibitoke. Angeline Ndayishimiye yabashiriye ibintu bifise...
Inama Nshingamateka y’Uburundi yatunganijeibirori vy’amasengesho n’akavunamusase (National Breakfast Prayer) yo mu gitondo ku ncuro ya 16, mu kibanza c’Ingoro y’Inama Nshingamateka i Kigobe vyari vyatewe...
Umurundikazi Tabitha Mukamusoni yipfuza kwitoza mu mugambwe Liberal PLC wo mu gihugu ca Canada mu ntara ya Moose Jaw-Lake Centre-Lanigan, yashitse murico gihugu mu 2016,yahoze...