Mia Love umwirabura wa mbere yatowe mu nama Nshingamateka ya Amerika, ku bw’umugambwe wa Republicain, muri Leta Zunze Ubumwe za Amerika. Mia Love yapfuye ku...
Uburundi bwakiriye inkino z’isi mu rukino rwa Tennis ryitwa #WTF50 kuva uyu munsi kuwa 23 Ntwarante gushika ku wa 6 Ndamukiza, mu gisagara ca Bujumbura...
Amazina cumi (10) yaraye amenyekanye y’abigeme batowe mu gice ca kane gishira ica nyuma mu ntara ya Butanyerera mw’ ihiganwa rya Miss Burundi 2025 yabere...
Donald Trump yateye umukono kw’itegeko ryo gukura burundu ubushikiranganji bw’indero hari kuwa 20 Ntwarante uyu mwaka, Umukuru w’igihugu abona ko ifise uruhara ruto mu gisata...
Netumbo Nandi-Ndaitwah yarahiye ku mugaragaro agiye kuba umukuru w’igihugu mushasha wa Namimbiya kandi w’umukenyezi ni ubwa mbere bibaye kuva ico gihugu cikukiye hari uyu munsi...
Kirsty Coventry yatowe gutwara ishirahamwe mpuzamakungu y’abanonotsi CIO(Comité International Olympique) mu nama igira 144 y’uwo muryango i Costa Navarino mu Bugiriki, hari kuwa 20 Ntwarante...