Mu gihugu cose habaye amatora yo gushiraho ba mustaneri bashasha bagiye gutwara ikiringo c’imyaka 5, baciye bashiraho n’abagize inama yayo ma komine uko ari 42
Umurwi wa Dynamo watahukanye igikombe ca Play Offs cuno mwaka 2025 bahejeje gutsinda Urunani mu nkino 4 kuri 3 nkuko amategeko yiryo higanwa amenyesha ko
Ku rukino rugira kane hagati y’ Urunani na Dynamo, urukino ruheze Urunani rukoze kandi mu jisho Dynamo mukuyitsinda amanota 67-56 ya Dynamo. Urukino rworoheye cane
Urunani waratsinze umurwi wa Dynamo ku rukino rukira kabiri ku manota 83-75, Gladiators mu bigeme batsinda Les Hippos ku manota mw’ihiganwa rya Play Offs iriko
Igice ca nyuma c’ihiganwa rya Play Offs kizotagura muriyi week-end igenekerezo rya 6 Mukakaro gushika 20 Mukakaro, Urunani bazotana mu mitwe na Dynamo ibiri ikebana
Jean Jacques Boissy agiye gukina mu murwi Milwaukee Bucks mw’ihiganwa NBA Summer League i Las Vegas ryo ku mugabane wa Amerika rizotagura igenekerezo rya 10