Inkino

Lumitel Women’s Leage: Indwi ya 14

ikirangamisi c’ indwi ya 14

kundwi yayo ya 14, umurwi PVP Buyenzi hamwe itoramuka iduze mu ntara ya muyinga yoba ibaye impaga (forfait) yayo igira kabiri. Urukino gwitezwe cane n’urukino ruzohuza umugwi wa Buja Queen’s uzokina na Lacombe imigwi yose ikaba ikeneye amanota 3 y’ ingirakamaro. Izindi nkino zitegekanijwe harimwo urukino ruzohuza umugwi wa mbere n’uwanyuma,umugwi wa Fofila PF uzokina n’umugwi Rainbow umugwi wa Fofila ufata ikibanza ca mbere n’amanota mirongo 35.

FOFILA PF ikina na Lacolombe

Aho uyanganya n’umugwi wa Buja Queen’s barushanya gusa ibitsindo. Kugera kuno mwanya imigwi itatu ya mbere ni :

1.Fofila PF: 35

2.Buja Queen’s :35

3.PVP buyenzi :28

Umugwi ufata ikibanza canyuma n’umugwi wa Rainbow ufata ikibanza canyuma n’amanota ubusa n’ideni ry’ibitsindo 187.

Related posts

Inkino 2 za kivandimwe Intamba mu Rugamba barigukina zasivye.

Buja Media

Intamba mu rugamba zanganije na Indonésie.

Buja Media

Volleyball: ASB i set 3-1 Rukinzo muri final.

Buja Media

Leave a Comment