InkinoMumahanga

Kylian Mbappé abuze mu bakinyi 10 ba mbere bahembwa cane kw’isi.

Cristiano Ronaldo araguma afise igikombe ciwe. Ku mwaka ugira gatatu ukurikiranye, uwo mukinyi w’umunya Portigal w’umukinyi wa Al-Nassr niwe ari ku rutonde rw’abakinnyi bahembwa cane kw’isi, afise amahera yose hamwe agera kuri miliyoni 246 z’amayero, nk’uko bigaragara mu rutonde rw’umwaka rwa Forbes rwahinduwe muri Rusama 2025. Uwo yahora ari umukinyi wa Real Madrid akaba na Tyson Fu Curry ari imbere ya Stephen Fu Curry.

Ku bindi, Lionel Messi ari ku mwanya wa 5 afise amafaranga agera ku miriyoni 121 z’amayero, ni ukuvuga amayero makeyi kurusha Karim Benzema umwe (amayero miliyoni 93). Uwo mukinnyi w’imbere w’ikipe ya Al-Ittihad niwe mufaransa wenyene ari muri abo bakinyi 10 ba mbere, kuko Kylian Mbappé ari ku mwanya wa 16 gusa afise amahera y’amayero miliyoni 80.

Urutonde rw’abakinyi  bahembwa menshi uyu mwaka 2025.

Cristiano Ronaldo, Avrupa'ya Dönüş Biletini Aldı!
Cristiano Ronaldo niwe ari mu kibanza ca mbere.
  1. Cristiano Ronaldo (football) – 246 millions d’euros
  2. Stephen Curry (basket) – 139 millions d’euros
  3. Tyson Fury (boxe) – 130 millions d’euros
  4. Dak Prescott (football américain) – 122 millions d’euros
  5. Lionel Messi (football) – 121 millions d’euros
  6. LeBron James (basket) – 120 millions d’euros
  7. Juan Soto (baseball) – 102 millions d’euros
  8. Karim Benzema (football) – 93 millions d’euros
  9. Shohei Ohtani (baseball) – 92 millions d’euros
  10. Kevin Durant (basket) – 90 millions d’euros
  11. Kylian Mbappé (football) – 80 millions d’euros

Related posts

Arielle Kayabaga umushikiranganji mushasha w’intwaro yo hagati mu gihugu muri reta ya Canada.

Yvan Manager

Ibisikanya mu mabanga y’abagiye kurongora FEBABU.

Yvan Manager

Badminton : ABAMENYEREZA 10 BATAGUYE IVYIGWA KU RUGERO RWA 1 BWF.

Buja Media

Leave a Comment