Elon Musk yavuye mu mabanga yari ajejwe yo gutwara igisata c’ubuhinga bwa reta, aho yashinzwe na Donald Trump muri Mukakaro kugira ngo agabanye cane amafaranga
Abanyeshure bo mu mwaka w’icenda bashika 85 210 nibo bariko barakora mu gihugu cose ikibazo kibaha uburenganzira bwo kubandanya inyigisho z’inyuma ya shure shingiro catanguye
Xavi Alonso atanguye urugendo rwiwe rushasha kuri Real Madrid n’inyuma yo kuba umukinyi hanyuma akaza kumenyerezaa abakiri bato, yahoze ari umunyegori agiye kumenyerezaumurwi wa Casa
Umukinyi Jean Jacques Boissy atsinda amanota menshi mu rukino rumwe bigatuma inkino zose bamaze gukina batahana itsinzi nmu nkino z’ihiganwa rya BAL iriko ibera mu
Abategetsi ba Tanzania bahagaritse urubuga ngurukanabumenyi X ku musi wa gatatu inyuma y’aho amakonti ya leta yibwe. Abo bakozi batangaje urupfu rw’ Umukuru Samia Suluhu
Perry Kiah William agiye kuja mu gitigiri c’abakinyi b’umurwi Urunani BBC mu nkino bagiye kujamwo za Play Off nkuko ayo makuru tuyakesha inzengo nyobozi zuwo