Umushikirizamanza mukuru wa republika aremeza ko Dieudonné Murengerantwari yahagaritswe.
Umushikirizamanza mukuru w’igihugu, Leonard Manirakiza, yasohoye itangazo ryemeza ko Dieudonné Murengerantwari yafashwe ari mu minwe y’inzego z’ubucamanza ubu ariko arasambishwa arikumwe n’umugwizatunga, Sylvestre Niyonsaba, bagirizwa...