Elon Musk yavuye mu mabanga yari ajejwe yo gutwara igisata c’ubuhinga bwa reta, aho yashinzwe na Donald Trump muri Mukakaro kugira ngo agabanye cane amafaranga...
Abategetsi ba Tanzania bahagaritse urubuga ngurukanabumenyi X ku musi wa gatatu inyuma y’aho amakonti ya leta yibwe. Abo bakozi batangaje urupfu rw’ Umukuru Samia Suluhu...
Ibikoresho bizokora mu matora azoba uyu mwaka wi 2025 kuva mu kwezi kwa Ruheshi (6) vyataguye kurungikwa mu makoni atandukanye agize igihugu nkuko ayo makuru...
Umurundikazi Tabitha Mukamusoni yipfuza kwitoza mu mugambwe Liberal PLC wo mu gihugu ca Canada mu ntara ya Moose Jaw-Lake Centre-Lanigan, yashitse murico gihugu mu 2016,yahoze...