InkinoMuburundiIbitsindo 21 vyaranze indwi ya 14 muri Primus Ligue Burundi.Buja MediaDecember 1, 2025 by Buja MediaDecember 1, 20250170 Ku nkino igra 14 mw’ihiganwa rya Primusic hinjiye ibitsindo 21 ku nkino 8 harimwo urwabereye irya 1 ku kibuga Intwari cari kimaze imyaka irenga 4...
MuburundiPolitikeÉvariste Ndayishimiye, arashima uko Uburusiya bakorana mu migambi itandukanye.Buja MediaNovember 27, 2025 by Buja MediaNovember 27, 20250131 Umukuru w’Igihugu c’Uburundi, Nyenicubahiro Évariste Ndayishimiye, yakiriye kuri uyu wa gatatu, ku ngoro y’Umukuru w’Igihugu i Gitega, Umuserukizi w’igihugu ca Rusiya, Valery Mikhailov, mu kiganiro...
InkinoMuburundiDerby: Inter Star na Vital’O bazokina ubwa mbere ku kibuga Intwari inyuma y’imyaka 4 batahakinira.Buja MediaNovember 26, 2025 by Buja MediaNovember 26, 20250174 Inter Star izokina na Vital’O ku kibuga Intwari kuruyu wa w’Imana igenekerezo rya 30 Munyonyo ku ndwi igira 14 ryiyo higanwa inyuma y’imaka 4 yose...
ImibanoMuburundiBurundi: Abaje mw’ihururiro ry’abakenyezi b’indongozi bashitse amahoro.Buja MediaNovember 20, 2025 by Buja MediaNovember 20, 20250149 Abashitsi batandukanye barashitse ku munsi w’ejo hahise kuwa gatatu igenekerezo rya 19 Munyonyo bitabiriye ihwaniro ryo ku rwego rwo hejuru rihuza abakenyezi b’indongozi ritangure, Umutambukanyi...
MuburundiPolitikeUburundi bwatowe kuba muri Troïka ya CIRGL mu Nama Nkuru ya 9 yabereye i Kinshasa.Buja MediaNovember 17, 2025November 18, 2025 by Buja MediaNovember 17, 2025November 18, 20250132 Kw’igenekerezo rya 15 Munyonyo 2025, Umukuru w’Igihugu Nyakubahwa Evariste Ndayishimiye yitavye i Kinshasa Inama Nkuru ya 9 y’Abakuru b’Ibihugu n’abo mu Rwego rwa Reta bagize...
InkinoMuburundiInkino 2 za kivandimwe Intamba mu Rugamba barigukina zasivye.Buja MediaNovember 13, 2025 by Buja MediaNovember 13, 20250202 Impamvu 2 zatumye Inkino Intamba mu Rugamba z’Uburundi bwokinye zarasivye Comores na Zambie kuko ivyo bihugu vyose vyarakuyeko Uburundi ku bihugu bazokina. Zambie yaraye itangajeko...
InkinoMuburundiJean Noël Désiré azomenyereza abari muri Academy ya FFB yarungitswe na FIFA.Buja MediaNovember 13, 2025 by Buja MediaNovember 13, 20250192 Jean Noël Désiré niwe umumenyereza yarungitswe na FIFA mugufasha gutegura babana bari muri Academy ya FFB! k’umunsi w’ejo kuwa 2 igenekerezo rya 11 Munyonyo 2025...
MuburundiPolitikeE.Ndayishimiye yahawe igikombe n’ikidari c’iteka mu kumushimira kutwigoro n’uruhara mu guteza imbere inkino.Buja MediaNovember 11, 2025 by Buja MediaNovember 11, 20250175 Uburundi bwakiriye ihuriro ry’amashirahamwe y’amakomite y’ukwinonora imitsi y’ibihugu vya Afirika (ACNOA) izomara iminsi 2 yataguye uyu munsi igenekerezo rya 11 Munyonyo 2025, yuguruwe na Nyenicubahiro...
MuburundiPolitikeUmukuru w’Igihugu yashikirije musitanteri mushasha wa Komine Matongo.Buja MediaNovember 6, 2025 by Buja MediaNovember 6, 20250188 Umukuru w’Igihugu Varisito Ndayishimiye yashikirije musitanteri mushasha wa Komine Matongo kuruyu wa Gtatu igenekerezo rya 5 Munyonyo 2025 ku kibuga Kavumu imbere y’abategetsi batandukanye bo...
ImyidagaduroMuburundiAbaririmvyi bitakiriho b’abarundi baributswe ku ncuro ya 2.Buja MediaNovember 4, 2025November 4, 2025 by Buja MediaNovember 4, 2025November 4, 20250203 Abaririmvyi b’abarundi barenga 20 batakiriho baributswe kuruyu w’Imana n’amashirahamwe 4 bafise uruhara rudasazwe mu gukurikirana umuziki mu Burundi, bashitse ku ntatemwa ku Mpanda muriyo komine...