Inkino za Primus Ligue zarabandanije ziraba kundwi igira 24 ziryo higanwa mugihe bari bahagaritse indwi 2 kubera hari inkino zo guserukira igihugu. Umurwi Aigle Noir...
Sada Nahimana yatahukanye igikombe ca mbere mw’ ihiganwa mpuzamakungu ITW50 iriko ibera i Bujumbura ahejeje kwirahira mu gutsinda umufaransakazi Émeline Dartron amaseti abiri ku busa...
Intamba mu Rugamba yatsinze ibitsindo 5 ku 0 igihugu ca Seychelles mu nkino zokurondera itike y’igikombe c’isi yose 2026, ibaye intsinzi ya mbere kuri Sangwa...
Uburundi bwakiriye inkino z’isi mu rukino rwa Tennis ryitwa #WTF50 kuva uyu munsi kuwa 23 Ntwarante gushika ku wa 6 Ndamukiza, mu gisagara ca Bujumbura...
Kirsty Coventry yatowe gutwara ishirahamwe mpuzamakungu y’abanonotsi CIO(Comité International Olympique) mu nama igira 144 y’uwo muryango i Costa Navarino mu Bugiriki, hari kuwa 20 Ntwarante...
Urukino rwari rurindiranwe igishika n’abantu benshi Urunani na Dynamo ntiruheze ku mpamvu y’imvura yaguye igice ca mbere curwo rukino ruheze baca bafata ingingo yo kuyuguruza...