ku ndwi igira 10 ya Primus Ligue habonetsemwo igitangaza benshi nubu bataratahura uko vyagenze, umurwi wa BS Dynamik uri mu kibanza ca nyuma utsinda 1-0...
Uburundi bwatahukanye imidari y’izahabu n’ibahasha ry’amafaranga y’amadorare 700 ku bahungu no ku bigeme mw’ihiganwa mpuzamakungu ry’akarere ka gatanu ( Zone 5) mu mupira w’amaboko ukinirwa...
Aigle Noir aratakaje amanota 3 itsinzwe na Al Ahly yp muri Misiri ku rukino rwa CAF Confederations rwabaye kuruyu wa gatandatu ku kibuga Intwari imbere...