MuburundiUbutunzi

Brarudi yashize kw’isoko Amstel Bright ikinyobwa gishasha.

Ishirahamwe Brarudi ridandaza ibinyobwa yashize kw’isoko ikinyobwa gishasha Amstel Bright ikozwe mu bigori vyo muri kano karere kuva kuwa 19 Ntwarante 2025, Amstel Bright ya (65cl) izogurishwa amafaranga ibihumbi 5, iya (50cl) amafaranga ibihumbi 4. Brarudi imenyesha yuko ico kinyobwa kigiye kuboneka ahantu hose basanzwe bagurisha ibinyobwa vyabo mu gihugu cose. Image
Urubuga rwa X  banditse bashimira abakiriya babo kucizere babafitiye ”Na Amstel Bright, twiyemeje kongera kubaka ubushobozi bushingiye ku bushakashatsi, ibikoresho by’aho, n’ubuziranenge. Turashimira cyane abakorana natwe n’abakiriya bacu ku bw’icyizere cyabo n’inkunga yabo”.
Image
Amstel Bright, ije ikurikira ibindi binyobwa iryo shirahamwe rihingura ryaheruka gushira kw’isoko nka Vital’o, Primus Black, Primus Citron. Brarudi yataguye gukorera mu 1955, ibinyobwa birimwo umwambiro uboreza ntivyemewe kubari munsi y’imyaka 18.

Related posts

Umurundi Thilo Kehrer akina AS Monaco yaje gukurikirana imigambi akorera mu Burundi.

Buja Media

“Turizeye intsinzi muri rino higanwa rya Tennis, nta bwoba dufise.” Umumenyereza.

Buja Media

Miss Burundi 2025: Amazina 10 y’abatowe muri Butanyerera yamenyekanye.

Buja Media

Leave a Comment